የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (167) ምዕራፍ: ሱረቱ ኣሊ-ኢምራን
وَلِيَعۡلَمَ ٱلَّذِينَ نَافَقُواْۚ وَقِيلَ لَهُمۡ تَعَالَوۡاْ قَٰتِلُواْ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ أَوِ ٱدۡفَعُواْۖ قَالُواْ لَوۡ نَعۡلَمُ قِتَالٗا لَّٱتَّبَعۡنَٰكُمۡۗ هُمۡ لِلۡكُفۡرِ يَوۡمَئِذٍ أَقۡرَبُ مِنۡهُمۡ لِلۡإِيمَٰنِۚ يَقُولُونَ بِأَفۡوَٰهِهِم مَّا لَيۡسَ فِي قُلُوبِهِمۡۚ وَٱللَّهُ أَعۡلَمُ بِمَا يَكۡتُمُونَ
Yongere Igaragaze ababaye indyarya igihe babwirwa n’abemeramana bati: “Nimuze twifadikanye mu kurwanira idini ry’Imana Allah nimwaba mwemera vy’ukuri, canke mwikingire mukingire n’ivyanyu hamwe n’abanyu”. Bishuye bati: “Iyo tumenya ko muhava muhangana mukarwana, ni ukuri twari kwifadikanya na mwe tukabakurikira”. Uwo musi rero, indyarya zari hafi y’ubugarariji gusumba uko zoba ziri hafi y’ukwemera, kuko zavuga n’akanwa kazo ivyo zitemera ku mutima. Burya rero Imana Allah Irazi neza ivyo zihisha mu mishaha yazo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (167) ምዕራፍ: ሱረቱ ኣሊ-ኢምራን
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት