የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (77) ምዕራፍ: ሱረቱ ኣሊ-ኢምራን
إِنَّ ٱلَّذِينَ يَشۡتَرُونَ بِعَهۡدِ ٱللَّهِ وَأَيۡمَٰنِهِمۡ ثَمَنٗا قَلِيلًا أُوْلَٰٓئِكَ لَا خَلَٰقَ لَهُمۡ فِي ٱلۡأٓخِرَةِ وَلَا يُكَلِّمُهُمُ ٱللَّهُ وَلَا يَنظُرُ إِلَيۡهِمۡ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ وَلَا يُزَكِّيهِمۡ وَلَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ
Mu vy’ukuri, abafata isezerano ry’Imana Allah n’ivyo Imana Allah Yaraze Intumwa zayo mu Bitabu Yazimanuriye, bakabiguza ibintu vy’igiciro gito cane mu bihendamaso vy’isi, abo ni bo rero ata co bazoronka mu ndishi zo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, eka mbere Imana Allah ntizonabavugisha mu bihumuriza, ntizonabaraba n’ijisho ry’impuhwe ku musi w’izuka, ntizonabeza ivyaha vyabo, baranategekanirijwe n’ibihano bibabaza mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (77) ምዕራፍ: ሱረቱ ኣሊ-ኢምራን
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት