የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (95) ምዕራፍ: ሱረቱ ኣሊ-ኢምራን
قُلۡ صَدَقَ ٱللَّهُۗ فَٱتَّبِعُواْ مِلَّةَ إِبۡرَٰهِيمَ حَنِيفٗاۖ وَمَا كَانَ مِنَ ٱلۡمُشۡرِكِينَ
Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Imana Allah Yavuze ukuri mu ngingo Yashinze”. Kubera ivyo rero, nimwaba mukomoka koko kuri Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), nimukurikire rero idini ryiwe ry’ubwislamu rishingiye ku kwemera-ndemanwa; ari na ryo dini Imana Allah Yarungikanye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), rishingiye ku gusenga Imana Imwe Rudende Allah, kira noneho Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) ntiyari no mu babangikanyamana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (95) ምዕራፍ: ሱረቱ ኣሊ-ኢምራን
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት