የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (15) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሉቅማን
وَإِن جَٰهَدَاكَ عَلَىٰٓ أَن تُشۡرِكَ بِي مَا لَيۡسَ لَكَ بِهِۦ عِلۡمٞ فَلَا تُطِعۡهُمَاۖ وَصَاحِبۡهُمَا فِي ٱلدُّنۡيَا مَعۡرُوفٗاۖ وَٱتَّبِعۡ سَبِيلَ مَنۡ أَنَابَ إِلَيَّۚ ثُمَّ إِلَيَّ مَرۡجِعُكُمۡ فَأُنَبِّئُكُم بِمَا كُنتُمۡ تَعۡمَلُونَ
Muntu! Abavyeyi bawe rero, nibaguhatira kumbangikanya mu gusenga ivyo udafitiye ubumenyi canke gucumura, ntuzobumvire namba, uraheza rero ubane na bo kw’isi mu bugwaneza mu gihe ata caha kirimwo, maze ukurikire inzira y’uwigaya akagaruka kuri Jewe Allah; hanyuma muzosubizwa iwanje, Mpeze Ndababwire ivyo mwari mwarakoze kw’isi, maze Ndabibahembere”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (15) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሉቅማን
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት