የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (12) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
وَلِسُلَيۡمَٰنَ ٱلرِّيحَ غُدُوُّهَا شَهۡرٞ وَرَوَاحُهَا شَهۡرٞۖ وَأَسَلۡنَا لَهُۥ عَيۡنَ ٱلۡقِطۡرِۖ وَمِنَ ٱلۡجِنِّ مَن يَعۡمَلُ بَيۡنَ يَدَيۡهِ بِإِذۡنِ رَبِّهِۦۖ وَمَن يَزِغۡ مِنۡهُمۡ عَنۡ أَمۡرِنَا نُذِقۡهُ مِنۡ عَذَابِ ٱلسَّعِيرِ
Twaranorohereje Sulayimani kwikora ku muyaga mu gihe ari ku rugendo, aho urugendo rw’ukwezi yarugenda mu gice c’umurango, mu kindi gice c’umurango akagenda urugendo rusanzwe rumara ukwezi nyene. Twaramworohereje kandi kuyonza ubutare bw’umujumpu akabuhingura nk’uko ashatse, Turanamworohereza no gukoresha Amajini mu bikorwa yipfuza, ku bushobozi bw’Imana yiwe Rurema Allah, kandi uwuhirahiye muri nya Majini agaca kubiri n’ibwirizwa ryacu Twebwe Allah mu kutumvira Sulayimani, Tuzomuhonja ibihano vy’umuriro wama wegenyejwe;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (12) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት