የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (13) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
يَعۡمَلُونَ لَهُۥ مَا يَشَآءُ مِن مَّحَٰرِيبَ وَتَمَٰثِيلَ وَجِفَانٖ كَٱلۡجَوَابِ وَقُدُورٖ رَّاسِيَٰتٍۚ ٱعۡمَلُوٓاْ ءَالَ دَاوُۥدَ شُكۡرٗاۚ وَقَلِيلٞ مِّنۡ عِبَادِيَ ٱلشَّكُورُ
Nya Majini yakorera Sulayimani ivyo ashaka mu kwubaka imisigiti, no mu guhingura ibintu mu butare bw’umujumpu n’ubw’ikiyo, amabakuri maninimanini yagutse nk’icogo, inkono z’impange amahanga zitigera ziva aho zihinguriwe ku bunini bwazo. Ni ho rero Twavuga Duti: “Ewe muryango wa Dawudi! Nimukore mwubahiriza amabwirizwa yanje Jewe Allah mu ntumbero yo gushima inema zanje”. Burya rero, ni bake cane mu baja banje banshimira cane[3].
[3] Umuryango wa Dawudi rero, wari muri abo baja bake bashimira cane Imana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (13) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት