የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (18) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
وَجَعَلۡنَا بَيۡنَهُمۡ وَبَيۡنَ ٱلۡقُرَى ٱلَّتِي بَٰرَكۡنَا فِيهَا قُرٗى ظَٰهِرَةٗ وَقَدَّرۡنَا فِيهَا ٱلسَّيۡرَۖ سِيرُواْ فِيهَا لَيَالِيَ وَأَيَّامًا ءَامِنِينَ
Twaranashize ibisagara vy’urutavanako hagati y’igihugu c’Abasaba-i n’uducimbiri Twahezagiye muri Shaamu, Tugira n’urugendo hagati y’igisagara n’ikindi kuba urugendo rworoshe, ruzwi igituro ruherako n’ikiringo rumara, Turaheza Tubabwira Duti: “Nimwishire mwizane rero mutekaniwe mu ngendo mugira hagati y’ivyo bisagara, maze muzigire ku mwanya wose mwipfuza, haba mw’ijoro canke ku murango”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (18) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት