የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (19) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
فَقَالُواْ رَبَّنَا بَٰعِدۡ بَيۡنَ أَسۡفَارِنَا وَظَلَمُوٓاْ أَنفُسَهُمۡ فَجَعَلۡنَٰهُمۡ أَحَادِيثَ وَمَزَّقۡنَٰهُمۡ كُلَّ مُمَزَّقٍۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَٰتٖ لِّكُلِّ صَبَّارٖ شَكُورٖ
Bamaze kworoherwa mu buzima bakarengwa, bavuze n’agahimbo n’akantu bati: “Mana yacu Rurema Allah! Dushirire kure na kure ibituro vy’ibisagara vyacu, maze dufate urugendo rurerure ata gituro ducako mu nzira turonkerako induhuro canke impamba”. Ni ho rero birenganya mu kugarariza, Duca Turabahana, maze Tubagira inkebuzo n’akayazwe ku bakurikiye mu nyuma, Turaheza Turabashwiragiza nya kubashwiragiza. Mu vy’ukuri mu vyashikiye Abasaba-i, ni ukuri harimwo ivyemezo n’inkebuzo ku muntu wese yigumya mu vyago, ashima inema z’Imana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (19) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት