የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (22) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
قُلِ ٱدۡعُواْ ٱلَّذِينَ زَعَمۡتُم مِّن دُونِ ٱللَّهِ لَا يَمۡلِكُونَ مِثۡقَالَ ذَرَّةٖ فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَلَا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَمَا لَهُمۡ فِيهِمَا مِن شِرۡكٖ وَمَا لَهُۥ مِنۡهُم مِّن ظَهِيرٖ
Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Enda nimusabe abo mwibaza ko babangikanije[5] n’Imana Allah mukabasenga mu gishingo cayo, muheze rero mubiture mu kubasaba ngo babatunganirize ivyanyu. Eka ntibazobumvira namba kuko ata co bagaba haba mu majuru, haba no mw’isi, n’aho coba kingana n’akanyegeri; eka nta n’ico babangikanijeko n’Imana Allah mu biri mu majuru no mw’isi; bitayeko, nta n’umwe muri bo yobera Imana Allah umufasha mu kurema, ahubwo Imana Allah ni Imwe Rudende mu bumana no mu kurema kwayo, Ikwiye gusengwa rero ari Imwe Rudende Itabangikanywa”.
[5] Mu bigirwamana vyo mu bwoko bwose; vyaba mu bamalayika canke mu bantu, canke mu bindi mwibaza.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (22) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት