የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (27) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
قُلۡ أَرُونِيَ ٱلَّذِينَ أَلۡحَقۡتُم بِهِۦ شُرَكَآءَۖ كَلَّاۚ بَلۡ هُوَ ٱللَّهُ ٱلۡعَزِيزُ ٱلۡحَكِيمُ
Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Nimunyereke mwisunze ivyemezo, ko abo mwanganishije n’Imana Allah mukayibangikanya na bo mu gusengwa, boba hari na kimwe bashoboye kurema!”. Eka barahumba nibateshwe bate, si nk’uko bavyibaza! Ahubwo Imana Ikwiye gusengwa Itabangikanywa, ni Allah, Yo Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (27) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት