የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (39) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
قُلۡ إِنَّ رَبِّي يَبۡسُطُ ٱلرِّزۡقَ لِمَن يَشَآءُ مِنۡ عِبَادِهِۦ وَيَقۡدِرُ لَهُۥۚ وَمَآ أَنفَقۡتُم مِّن شَيۡءٖ فَهُوَ يُخۡلِفُهُۥۖ وَهُوَ خَيۡرُ ٱلرَّٰزِقِينَ
Ntumwa y’Imana! Bwira abahendwa n’ubwinshi bw’amatungo n’abana uti: “Mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, Ironsa uwo Ishatse mu biremwa vyayo umusesekara w’ibimubeshaho, Ikanagerera uwo Ishatse muri vyo ku mvo z’igeragezwa. Ico ari co cose rero mutanze ku bw’Imana Allah, Iraheza Ikakibasubiriza mu ndumane kw’isi, Ikazonakibahembera mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni na Yo rero Mwiza w’abaronsa ibibeshaho ibiremwa[6].
[6] Nimusabe rero ibibabeshaho Imana Allah Yo Yonyene, muheze muronderere mu birekuwe mu buryo burekuwe.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (39) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት