የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (43) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
وَإِذَا تُتۡلَىٰ عَلَيۡهِمۡ ءَايَٰتُنَا بَيِّنَٰتٖ قَالُواْ مَا هَٰذَآ إِلَّا رَجُلٞ يُرِيدُ أَن يَصُدَّكُمۡ عَمَّا كَانَ يَعۡبُدُ ءَابَآؤُكُمۡ وَقَالُواْ مَا هَٰذَآ إِلَّآ إِفۡكٞ مُّفۡتَرٗىۚ وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لِلۡحَقِّ لَمَّا جَآءَهُمۡ إِنۡ هَٰذَآ إِلَّا سِحۡرٞ مُّبِينٞ
Iyo abagarariji b’i Makka basomewe Aayah zacu za Qor’ani zitomoye, bavuga bati: “Uyu Muhamadi, si ikindi, kiretse ko ari umuntu agomba kubabuza isengwa ry’imana zamye zisengwa na ba so kuva na kera na rindi”; bakongera bakavuga bati: “Muhama! Iyi Qor’ani udusomera, si ikindi kiretse ko ari amajambo yawe y’irementanya, si n’ayo wahishuriwe namba”. Abagararije na bo, barinamuye igihe bashikiwe na Qor’ani bati: “Iyi Qor’ani, si ikindi kiretse ko ari uburozi bweruye”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (43) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት