የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (46) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
۞ قُلۡ إِنَّمَآ أَعِظُكُم بِوَٰحِدَةٍۖ أَن تَقُومُواْ لِلَّهِ مَثۡنَىٰ وَفُرَٰدَىٰ ثُمَّ تَتَفَكَّرُواْۚ مَا بِصَاحِبِكُم مِّن جِنَّةٍۚ إِنۡ هُوَ إِلَّا نَذِيرٞ لَّكُم بَيۡنَ يَدَيۡ عَذَابٖ شَدِيدٖ
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abahakanyi uti: “Ni ukuri jewe, ndabahanuye ko mugira ikintu kimwe; ko muhagurukira iyumviramana muri babiribabiri n’umwumwe, hanyuma mwiyumvire ku vyo muvuga kuri mugenzi wanyu[7], eka ntiyigeze akeherwa n’ubwenge namba, we si ikindi atari Umugabisha kuri mwebwe, ko mwokwiyubara ibihano bikaze vy’umuriro wa Jahannamu, maze mukavyirinda bitarabashikira”.
[7] Ari we Ntumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (46) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት