የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (50) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
قُلۡ إِن ضَلَلۡتُ فَإِنَّمَآ أَضِلُّ عَلَىٰ نَفۡسِيۖ وَإِنِ ٱهۡتَدَيۡتُ فَبِمَا يُوحِيٓ إِلَيَّ رَبِّيٓۚ إِنَّهُۥ سَمِيعٞ قَرِيبٞ
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire ababangikanyamana uti: “Ninaramuka mpuvye inzira y’ukuri, ni jewe nyene nzobihanirwa; ninatumbera inzira igororotse nisunze ivyo nahishuriwe n’Imana yanje Rurema Allah, mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah ni Nyenukwumva, Irumva neza ivyo mvuga, Iri na hafi cane y’uwuyisenga akayisaba”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (50) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት