የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (54) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
وَحِيلَ بَيۡنَهُمۡ وَبَيۡنَ مَا يَشۡتَهُونَ كَمَا فُعِلَ بِأَشۡيَاعِهِم مِّن قَبۡلُۚ إِنَّهُمۡ كَانُواْ فِي شَكّٖ مُّرِيبِۭ
Ico gihe rero, abagarariji ntibazokwemererwa gushika ku cipfuzo cabo co kwigaya no kugaruka kw’isi ngo baheze bemere Imana Allah; nk’uko imigwi y’ab’aho hambere yabo itavyemerewe. Mu vy’ukuri bakiri kw’isi, bamana amakenga ateye impungenge ku vyerekeye ukwemera Intumwa, izurwa ry’ibiremwa no guharurirwa ku bikorwa vyavyo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (54) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት