የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (9) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
أَفَلَمۡ يَرَوۡاْ إِلَىٰ مَا بَيۡنَ أَيۡدِيهِمۡ وَمَا خَلۡفَهُم مِّنَ ٱلسَّمَآءِ وَٱلۡأَرۡضِۚ إِن نَّشَأۡ نَخۡسِفۡ بِهِمُ ٱلۡأَرۡضَ أَوۡ نُسۡقِطۡ عَلَيۡهِمۡ كِسَفٗا مِّنَ ٱلسَّمَآءِۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَةٗ لِّكُلِّ عَبۡدٖ مُّنِيبٖ
Mbega ntu, abagarariji ntibabona ibibakikije mw’ijuru no kw’isi, ibisiga ubwenge bwabo, vyerekana ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah! Dushatse rero Twebwe Allah, Twobafuririra mu kuzimu; nk’uko Twabigiriye Qaaruuni, canke Tukabamanurira ibihano biturutse hejuru; nk’uko Twabigize ku bantu ba Shu’ayibu bahitanwe n’umuriro uturutse hejuru urabaturira! Mu vy’ukuri, muri ivyo vyose rero, ni ukuri harimwo ivyemezo vyerekana ubushobozi n'ububasha vyacu, ku muntu wese yikebuka akigaya yicishije bugufi ku Mana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (9) ምዕራፍ: ሱረቱ ሰበእ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት