የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (25) ምዕራፍ: ሱረቱ ፋጢር
وَإِن يُكَذِّبُوكَ فَقَدۡ كَذَّبَ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِهِمۡ جَآءَتۡهُمۡ رُسُلُهُم بِٱلۡبَيِّنَٰتِ وَبِٱلزُّبُرِ وَبِٱلۡكِتَٰبِ ٱلۡمُنِيرِ
Ababangikanyamana baramutse baguhakanye bivuye inyuma, si wewe uzoba ubaye uwa mbere, ni ukuri abantu b’aho hambere yabo, barahakanye bivuye inyuma Intumwa barungikiwe, hamwe n’uko zaje zifise ibitangaro n’ivyemezo bigaragara, zibangikanije n’Imizingo y’ibitabu irimwo inyigisho hamwe n’Ibitabu bitomora inzira y’ukuri.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (25) ምዕራፍ: ሱረቱ ፋጢር
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት