የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (27) ምዕራፍ: ሱረቱ ፋጢር
أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ أَنزَلَ مِنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءٗ فَأَخۡرَجۡنَا بِهِۦ ثَمَرَٰتٖ مُّخۡتَلِفًا أَلۡوَٰنُهَاۚ وَمِنَ ٱلۡجِبَالِ جُدَدُۢ بِيضٞ وَحُمۡرٞ مُّخۡتَلِفٌ أَلۡوَٰنُهَا وَغَرَابِيبُ سُودٞ
Mbega ntiwabonye ko Imana Allah, Yatumye hagwa imvura ivuye mu bicu izananye mu kirere, Turaheza Twebwe Allah, Tumeresha ibiti vy’ivyamwa bitandukanye kw’ibara hakoreshejwe nya mazi; nk’ibitukura, ivyirabura n’ivy’umuhondo, n’ibindi; Turema no mu misozi, imisozi ifise agataka kera, n’iyifise agataka k’umuhondo utandukanye kw’ibara, hamwe n’iyindi misozi rero ifise agataka kirabura tsiritsiri!
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (27) ምዕራፍ: ሱረቱ ፋጢር
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት