የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (37) ምዕራፍ: ሱረቱ ፋጢር
وَهُمۡ يَصۡطَرِخُونَ فِيهَا رَبَّنَآ أَخۡرِجۡنَا نَعۡمَلۡ صَٰلِحًا غَيۡرَ ٱلَّذِي كُنَّا نَعۡمَلُۚ أَوَلَمۡ نُعَمِّرۡكُم مَّا يَتَذَكَّرُ فِيهِ مَن تَذَكَّرَ وَجَآءَكُمُ ٱلنَّذِيرُۖ فَذُوقُواْ فَمَا لِلظَّٰلِمِينَ مِن نَّصِيرٍ
Abagarariji, bamaze kurengerwa n’ibihano vyo mu muriro wa Jahannamu, bazotabaza n’agahinda n’akantu bati: “Mana yacu Rurema Allah! Dukure muri uwu muriro, maze Udusubize kw’isi duheze dukore ivyiza bitegetswe tutigeze dukora mu buzima”. Imana Allah Izobishura Iti: “Mbega Twebwe Allah, ntitwabahaye kubaho mukaramba ikiringo cari gikwiye, ari uwikebuka akikebuka, Tukanabarungikira n’Umugabisha mu Ntumwa zacu abagabisha ku bihano vyacu! Hamwe n’ivyo vyose, ntimwigeze mwikebuka. Nimuhonje rero ibihano vy’umuriro wa Jahannamu. Burya abirenganya mu kugarariza, nta n’uwubatabara mu kubakingira ibihano bafise”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (37) ምዕራፍ: ሱረቱ ፋጢር
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት