የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (10) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙመር
قُلۡ يَٰعِبَادِ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ ٱتَّقُواْ رَبَّكُمۡۚ لِلَّذِينَ أَحۡسَنُواْ فِي هَٰذِهِ ٱلدُّنۡيَا حَسَنَةٞۗ وَأَرۡضُ ٱللَّهِ وَٰسِعَةٌۗ إِنَّمَا يُوَفَّى ٱلصَّٰبِرُونَ أَجۡرَهُم بِغَيۡرِ حِسَابٖ
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abaja banje b’abemeramana uti: “Nimugamburukire Imana yanyu Rurema Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo”. Abarangwa n’ubugwaneza, baragenewe ukuroranirwa mu buzima bwo kw’isi hamwe rero n’Ubwami bw’ijuru mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Kubera ivyo rero, isi y’Imana Allah iragutse, nimwaburabuzwa mu kwemera kwanyu, muraheza mwimukire aho mwidegemvya mw’idini. Ni ukuri abihanganira iyubahirizwa ry’amabwirizwa y’Imana Allah, mu buzima bw’inyuma yo gupfa bazohabwa impembo nta ngere.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (10) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙመር
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት