የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (100) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
۞ وَمَن يُهَاجِرۡ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ يَجِدۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ مُرَٰغَمٗا كَثِيرٗا وَسَعَةٗۚ وَمَن يَخۡرُجۡ مِنۢ بَيۡتِهِۦ مُهَاجِرًا إِلَى ٱللَّهِ وَرَسُولِهِۦ ثُمَّ يُدۡرِكۡهُ ٱلۡمَوۡتُ فَقَدۡ وَقَعَ أَجۡرُهُۥ عَلَى ٱللَّهِۗ وَكَانَ ٱللَّهُ غَفُورٗا رَّحِيمٗا
Uwo wese rero yimukiye aho atekanirwa akidegemvya mw’idini ku bw’Imana Allah, arondera guharanira idini ryayo, azoronka ukwishira n’ukwizana kw’isi, yoroherwe no mu buzima. Uwo wese avuye mu rwiwe afise intumbero yo guharanira Imana Allah n’Intumwa yayo, hanyuma agashikirwa n’urupfu atarashika iyo yimukira, ni ukuri Imana Allah Izoba Yamaze kumwandikira indishi ikwiye y’ukwimuka. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenimbabazi-ntangere, Nyenimbabazi ku batoni bayo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (100) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት