የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (101) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَإِذَا ضَرَبۡتُمۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ فَلَيۡسَ عَلَيۡكُمۡ جُنَاحٌ أَن تَقۡصُرُواْ مِنَ ٱلصَّلَوٰةِ إِنۡ خِفۡتُمۡ أَن يَفۡتِنَكُمُ ٱلَّذِينَ كَفَرُوٓاْۚ إِنَّ ٱلۡكَٰفِرِينَ كَانُواْ لَكُمۡ عَدُوّٗا مُّبِينٗا
Bemeramana! Nimwaramuka mufashe urugendo rero, nta caha kuri mwebwe kiri mu kugabanya[19] ivyunamo vy’isengesho, mu gihe mwotinya ko abansi banyu bobaca mu ryahumye bakabatera muri mw’isengesho[20]. Mu vy’ukuri, abagarariji bamye ari abansi banyu babagaragariza urwanko, nimubiyubare rero.
[19] Ukugabanya igitigiri c’ivyunamo vy’isengesho kurarekuwe mu gihe umuntu ari ku rugendo, haba mu gihe abantu batekanye mu zabo canke mu gihe hari imvo zituma batekerwa n’ubwoba.
[20] Mu ntango y’ubwislamu, ingendo zagirwa n’abemeramana zari ziteye ubwoba budasanzwe kuko bahigwa buhongo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (101) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት