የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (123) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
لَّيۡسَ بِأَمَانِيِّكُمۡ وَلَآ أَمَانِيِّ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِۗ مَن يَعۡمَلۡ سُوٓءٗا يُجۡزَ بِهِۦ وَلَا يَجِدۡ لَهُۥ مِن دُونِ ٱللَّهِ وَلِيّٗا وَلَا نَصِيرٗا
Iyo mpano ihambaye y’Ubwami bw’ijuru rero, ntimuzoyishikako ku kwipfuza kwanyu mwebwe abislamu, canke ku kwipfuza kw’abahawe Igitabu, kudashingiye ku kwemera vy’ukuri no ku gukora ibishimisha Imana Allah. Nyabuna uwo wese azokora ikibi, azogihemberwa maze agihanirwe, nta n’umuhagarikizi azoronka atari Imana Allah amukura mu bihano, eka nta n’umutabazi azoronka abimukingira;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (123) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት