የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (125) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَمَنۡ أَحۡسَنُ دِينٗا مِّمَّنۡ أَسۡلَمَ وَجۡهَهُۥ لِلَّهِ وَهُوَ مُحۡسِنٞ وَٱتَّبَعَ مِلَّةَ إِبۡرَٰهِيمَ حَنِيفٗاۗ وَٱتَّخَذَ ٱللَّهُ إِبۡرَٰهِيمَ خَلِيلٗا
Nta n’umwe yubahiriza idini ryiza yoza arusha uwicisha bugufi, agatumbera wese muzima Imana Allah, akaba ari n’umugwaneza mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, akanakurikira idini rya Ibrahimu ry’ubwislamu rishingiye ku kwemera-ndemanwa, gushingiye ku gusenga Imana Imwe Rudende Allah. Burya Imana Allah Yaramaze kugira Intumwa Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) umukunzi w’intore[21] mu biremwa vyose.
[21] Iyi Aayah iremeza ko Imana Allah Ikunda Ikanahitamwo abakunzi b’intore mu bantu. Urwo ni rwo rukundo ruhanitse rwose.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (125) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት