የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (140) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَقَدۡ نَزَّلَ عَلَيۡكُمۡ فِي ٱلۡكِتَٰبِ أَنۡ إِذَا سَمِعۡتُمۡ ءَايَٰتِ ٱللَّهِ يُكۡفَرُ بِهَا وَيُسۡتَهۡزَأُ بِهَا فَلَا تَقۡعُدُواْ مَعَهُمۡ حَتَّىٰ يَخُوضُواْ فِي حَدِيثٍ غَيۡرِهِۦٓ إِنَّكُمۡ إِذٗا مِّثۡلُهُمۡۗ إِنَّ ٱللَّهَ جَامِعُ ٱلۡمُنَٰفِقِينَ وَٱلۡكَٰفِرِينَ فِي جَهَنَّمَ جَمِيعًا
Bemeramana! Ni ukuri, Imana Allah Yaramaze kubamanurira mu Gitabu cayo Qor’ani, ko mu gihe mwumvise igarariza n’itebura kuri Aayah n’ivyemezo vyayo, mutobandanya mwicaranye n’abo bagarariji babiteburako, kiretse mu gihe botandukira ibindi biganiro bitagiramwo igarariza n’itebura kuri Aayah n’ivyemezo vyayo. Bitagenze ukwo, ni ukuri muzoba muri nkabo muri iryo garariza n’itebura, muzohanwa kumwe. Mu vy’ukuri, Imana Allah Izokwegeraniriza hamwe indyarya n’abagarariji bose mu muriro wa Jahannamu.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (140) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት