የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (141) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
ٱلَّذِينَ يَتَرَبَّصُونَ بِكُمۡ فَإِن كَانَ لَكُمۡ فَتۡحٞ مِّنَ ٱللَّهِ قَالُوٓاْ أَلَمۡ نَكُن مَّعَكُمۡ وَإِن كَانَ لِلۡكَٰفِرِينَ نَصِيبٞ قَالُوٓاْ أَلَمۡ نَسۡتَحۡوِذۡ عَلَيۡكُمۡ وَنَمۡنَعۡكُم مِّنَ ٱلۡمُؤۡمِنِينَۚ فَٱللَّهُ يَحۡكُمُ بَيۡنَكُمۡ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِۚ وَلَن يَجۡعَلَ ٱللَّهُ لِلۡكَٰفِرِينَ عَلَى ٱلۡمُؤۡمِنِينَ سَبِيلًا
Bemeramana! Indyarya kandi, ni barya babatega imisi barindiriye ko mushikirwa n’igeragezwa n’indwano. Iyo rero Imana Allah Ibahaye mugatsinda ku rugamba mukanaronka n’iminyago, baca bababwira babaryosharyosha bati: “Ntitwari kumwe na mwe ku rugamba tubafata mu mugongo!”. Iyo naho abagarariji bagize ngo baratsinze canke ngo bararonse iminyago, baca babikundwakazako bati: “Ntitwabateye inkunga, tukabakingira abemeramana!”. Burya Imana Allah Izobacira urubanza mwebwe be na bo ku musi w’izuka, kira noneho, Imana Allah ntizokwigera Icira abagarariji inzira yo gutsinda abemeramana, kuko bitebe bitebuke iherezo ryiza kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni iry’abemeramana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (141) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት