የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (146) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
إِلَّا ٱلَّذِينَ تَابُواْ وَأَصۡلَحُواْ وَٱعۡتَصَمُواْ بِٱللَّهِ وَأَخۡلَصُواْ دِينَهُمۡ لِلَّهِ فَأُوْلَٰٓئِكَ مَعَ ٱلۡمُؤۡمِنِينَۖ وَسَوۡفَ يُؤۡتِ ٱللَّهُ ٱلۡمُؤۡمِنِينَ أَجۡرًا عَظِيمٗا
Kiretse abazokwigaya muri zo, bagaheza bakagaruka ku Mana Allah, bakanatunganya ivyo bononye mu kwemera kwabo, maze bakanacudika n’abemeramana ku bw’Imana Allah, bagaheza bakeza n’idini ry’Imana Allah. Abo rero ni bo bazoba bari kumwe n’abemeramana mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, kandi Imana Allah Izoheza Ihe abemeramana impembo ihambaye.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (146) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት