የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (150) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
إِنَّ ٱلَّذِينَ يَكۡفُرُونَ بِٱللَّهِ وَرُسُلِهِۦ وَيُرِيدُونَ أَن يُفَرِّقُواْ بَيۡنَ ٱللَّهِ وَرُسُلِهِۦ وَيَقُولُونَ نُؤۡمِنُ بِبَعۡضٖ وَنَكۡفُرُ بِبَعۡضٖ وَيُرِيدُونَ أَن يَتَّخِذُواْ بَيۡنَ ذَٰلِكَ سَبِيلًا
Mu vy’ukuri, abagarariza bagahakana bivuye inyuma Imana Allah n’Intumwa zayo, mu bayahudi[22] no mu banaswara[23], bagashaka kuvangura hagati y’Imana Allah n’Intumwa zayo mu kwemera Imana Allah gusa, bagahakana Intumwa zose canke zimwe muri zo, bagaheza bakinamura bati: “Twemera zimwe muri zo tugahakana izindi”, bagashaka kugira iryo vangura mu kwemera inzira n’idini ry’ubuhuvyi badukanye;
[22] Bemeye Intumwa Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) bahakana Intumwa Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) hamwe na Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
[23] Bemeye Intumwa Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) bahakana Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (150) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት