የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (154) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَرَفَعۡنَا فَوۡقَهُمُ ٱلطُّورَ بِمِيثَٰقِهِمۡ وَقُلۡنَا لَهُمُ ٱدۡخُلُواْ ٱلۡبَابَ سُجَّدٗا وَقُلۡنَا لَهُمۡ لَا تَعۡدُواْ فِي ٱلسَّبۡتِ وَأَخَذۡنَا مِنۡهُم مِّيثَٰقًا غَلِيظٗا
N’igihe badohoka kw’isezerano bahawe ryo kwubahiriza ibiri muri Tawurati, Twarareruye umusozi “Twuuri” hejuru yabo, Dushoka Tubabwiriza Duti: “Nimwinjire rero mu gisagara ceranda ca Bayti l-Maqdis mwubamiye Imana Allah, mwicishije bugufi”, baraheza binjira bakurura ikibuno hasi. Twaranababwirije kandi Duti: “Ntimurenge kw’ibwirizwa ryo kutaroba kw’isabato”, baraheza bararirengako. Twaranabahaye isezerano rihambaye bararidohokako.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (154) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት