የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (162) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
لَّٰكِنِ ٱلرَّٰسِخُونَ فِي ٱلۡعِلۡمِ مِنۡهُمۡ وَٱلۡمُؤۡمِنُونَ يُؤۡمِنُونَ بِمَآ أُنزِلَ إِلَيۡكَ وَمَآ أُنزِلَ مِن قَبۡلِكَۚ وَٱلۡمُقِيمِينَ ٱلصَّلَوٰةَۚ وَٱلۡمُؤۡتُونَ ٱلزَّكَوٰةَ وَٱلۡمُؤۡمِنُونَ بِٱللَّهِ وَٱلۡيَوۡمِ ٱلۡأٓخِرِ أُوْلَٰٓئِكَ سَنُؤۡتِيهِمۡ أَجۡرًا عَظِيمًا
Ntumwa y’Imana! Ariko rero, abamenyi babushitse mu bayahudi banonosoye ingingo z’Imana Allah hamwe n’abemeramana, baremera ivyo wamanuriwe muri Qor’ani hamwe n’ivyamanuriwe izindi Ntumwa zo hambere yawe, nka Tawurati n’Injili; bakanatsimbataza n’isengesho ku mwanya waryo; bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa; bakanemera Imana Imwe Rudende Allah hamwe n’umusi w’iherezo. Abo ni bo rero Twebwe Allah Tuzoha impembo ihambaye y’Ubwami bw’ijuru.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (162) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት