የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (164) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَرُسُلٗا قَدۡ قَصَصۡنَٰهُمۡ عَلَيۡكَ مِن قَبۡلُ وَرُسُلٗا لَّمۡ نَقۡصُصۡهُمۡ عَلَيۡكَۚ وَكَلَّمَ ٱللَّهُ مُوسَىٰ تَكۡلِيمٗا
Twaranarungitse n’Intumwa Twamaze kukudondagurira ido n’ido amazina yazo, n’izindi Tutakudondaguriye ku mvo Tuzi. Imana Allah Yaranavuganye ukuri kwamye n’Intumwa Musa[27].
[27] Iyi Aayah, irerekana ko Imana Allah Ivuga mu buryo bukwiranye n’icubahiro cayo, kandi ko Yavuganye n’Intumwa Musa ata muhuza aciye hagati.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (164) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት