የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (170) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
يَٰٓأَيُّهَا ٱلنَّاسُ قَدۡ جَآءَكُمُ ٱلرَّسُولُ بِٱلۡحَقِّ مِن رَّبِّكُمۡ فَـَٔامِنُواْ خَيۡرٗا لَّكُمۡۚ وَإِن تَكۡفُرُواْ فَإِنَّ لِلَّهِ مَا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۚ وَكَانَ ٱللَّهُ عَلِيمًا حَكِيمٗا
Emwe bantu! Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yaramaze kubazanira idini ry’ukuri ry’ubwislamu, rivuye ku Mana yanyu Rurema Allah, nimuyemere rero muyikurikire, bizoba ari vyo vyiza kuri mwebwe. Nimwatsimbatara kw’igarariza ryanyu, muramenya ko Imana Allah Yikwije muri vyose kuko ari Yo Rugaba Igaba Ikaganza ibiri mu majuru no mw’isi. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenubumenyikurivyose, Irazi ivyo muvuga n’ivyo mukora, Intungane mu vyo Ikora [28].
[28] Iyi Aayah, ni icemezo c’uko Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yarungitswe ku bantu bose.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (170) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት