የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (44) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
أَلَمۡ تَرَ إِلَى ٱلَّذِينَ أُوتُواْ نَصِيبٗا مِّنَ ٱلۡكِتَٰبِ يَشۡتَرُونَ ٱلضَّلَٰلَةَ وَيُرِيدُونَ أَن تَضِلُّواْ ٱلسَّبِيلَ
Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye inkuru y’abayahudi bahawe ubumenyi bw’ibiri mu Gitabu ca Tawurati, aho bigura ubuhuvyi mu guhindagura ibiri muri co, ha kurongoka mu gukurikira ivyemezo bafise vyerekana ko ubutumwa bwawe ari ubw’ukuri, gutyo ga bemeramana, bakipfuza ko mwohuba inzira igororotse, mukaba nkabo;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (44) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት