የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (76) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ يُقَٰتِلُونَ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِۖ وَٱلَّذِينَ كَفَرُواْ يُقَٰتِلُونَ فِي سَبِيلِ ٱلطَّٰغُوتِ فَقَٰتِلُوٓاْ أَوۡلِيَآءَ ٱلشَّيۡطَٰنِۖ إِنَّ كَيۡدَ ٱلشَّيۡطَٰنِ كَانَ ضَعِيفًا
Abemeye Imana Allah vy’ukuri, baharanira idini ry’Imana Allah mu gushimangira ukuri. Nayo abagararije Imana Allah, baharanira ibintazi n’ikinyoma mu ntumbero yo gukwiragiza ubwononyi kw’isi. Kubera ivyo rero ga bemeramana! Nimurwanye abahagarikizi ba shetani mu bagarariji n’ababangikanyamana, mu vy’ukuri, ugukoresha urwenge kwa shetani mu gukwiragiza ubwononyi bw’abahagarikizi bayo, ntikurama.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (76) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት