የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (78) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
أَيۡنَمَا تَكُونُواْ يُدۡرِككُّمُ ٱلۡمَوۡتُ وَلَوۡ كُنتُمۡ فِي بُرُوجٖ مُّشَيَّدَةٖۗ وَإِن تُصِبۡهُمۡ حَسَنَةٞ يَقُولُواْ هَٰذِهِۦ مِنۡ عِندِ ٱللَّهِۖ وَإِن تُصِبۡهُمۡ سَيِّئَةٞ يَقُولُواْ هَٰذِهِۦ مِنۡ عِندِكَۚ قُلۡ كُلّٞ مِّنۡ عِندِ ٱللَّهِۖ فَمَالِ هَٰٓؤُلَآءِ ٱلۡقَوۡمِ لَا يَكَادُونَ يَفۡقَهُونَ حَدِيثٗا
Aho muzoba muri hose rero, nta kibuza ko hageze gupfa, urupfu ruzobashikira mugapfa, n’aho muzoba muri mu nyubakwa-ntamenwa ziri kure y’ahabera urugamba. Iyo baronse ivyiza baremanga ko berewe bati: “Ibi bivuye ku Mana Allah”. Ntumwa y’Imana! Iyo naho bashikiwe n’ivyago baca bagutako umwikomo n’ishavu n’akantu bati: “Ibi biturutse kuri wewe”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Ivyiza n’ivyago, vyose bituruka kw’ishirwa mu ngiro ry’ivyagezwe n’Imana Allah”. Ntumwa y’Imana! Mbega abo bantu bafashwe n’iki ko batarota batahura ivyo ubabwira!
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (78) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት