የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (81) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَيَقُولُونَ طَاعَةٞ فَإِذَا بَرَزُواْ مِنۡ عِندِكَ بَيَّتَ طَآئِفَةٞ مِّنۡهُمۡ غَيۡرَ ٱلَّذِي تَقُولُۖ وَٱللَّهُ يَكۡتُبُ مَا يُبَيِّتُونَۖ فَأَعۡرِضۡ عَنۡهُمۡ وَتَوَكَّلۡ عَلَى ٱللَّهِۚ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ وَكِيلًا
Ntumwa y’Imana! Abirengagiza ukuri iyo bari kumwe na we, bavuga mu bwiyorobetsi bati: “Turumvira Intumwa tukubahiriza n’inyigisho zayo”; mwamara kuvana, umugwi muri bo ukarara urategura imigambi mibi ihushanye n’ivyo bavuga, ntibamenye ko burya Imana Allah Yandika imigambi mibi yose bategura, Ikazonayibahanira. Ntumwa y’Imana! Birengagize uheze wishimikize Imana Allah, uyizere, burya Imana Allah Irakwiye kuba ari Yo Muhagarikizi wawe, Agukingira imigambi yabo mibi;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (81) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት