የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (83) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَإِذَا جَآءَهُمۡ أَمۡرٞ مِّنَ ٱلۡأَمۡنِ أَوِ ٱلۡخَوۡفِ أَذَاعُواْ بِهِۦۖ وَلَوۡ رَدُّوهُ إِلَى ٱلرَّسُولِ وَإِلَىٰٓ أُوْلِي ٱلۡأَمۡرِ مِنۡهُمۡ لَعَلِمَهُ ٱلَّذِينَ يَسۡتَنۢبِطُونَهُۥ مِنۡهُمۡۗ وَلَوۡلَا فَضۡلُ ٱللَّهِ عَلَيۡكُمۡ وَرَحۡمَتُهُۥ لَٱتَّبَعۡتُمُ ٱلشَّيۡطَٰنَ إِلَّا قَلِيلٗا
Iyo bashikiriwe n’inkuru yerekeye umutekano, yategerezwa kuguma mw’ibanga ku neza y’ubwislamu, canke yerekeye ihungabana ry’imitima riturutse ku bwoba, baca bayikwiragiza mu bantu. Iyo babanza gushikana nya nkuru ku Ntumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) no ku ndongozi mu ncabwenge muri bo, abasesanguzi muri bo bari kumenya ukuri kw’iyo nkuru. Bemeramana! Iyo rero mutagira impano n’impuhwe bivuye ku Mana Allah, mwari gukurikira inzira n’inyoshambi za shetani kiretse bake muri mwebwe.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (83) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት