የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (88) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
۞ فَمَا لَكُمۡ فِي ٱلۡمُنَٰفِقِينَ فِئَتَيۡنِ وَٱللَّهُ أَرۡكَسَهُم بِمَا كَسَبُوٓاْۚ أَتُرِيدُونَ أَن تَهۡدُواْ مَنۡ أَضَلَّ ٱللَّهُۖ وَمَن يُضۡلِلِ ٱللَّهُ فَلَن تَجِدَ لَهُۥ سَبِيلٗا
Bemeremana! Mbega mwafashwe n’iki ku kwicamwo imigwi ibiri ku vyerekeye indyarya, umugwi ushigikiye ko zirwanywa n’uwundi utabishigikiye, mu gihe Imana Allah Yamaze kuzikurako amaboko mu buhuvyi zirimwo bitewe n’ibikorwa vyazo bibi! Mbega none mushaka kurongora abo Imana Allah Yakuyeko amaboko bagahuba! Burya uwugabitaniye Imana Allah, maze Ikamukurako amaboko mu buhuvyi arimwo, ntuzokwigera umuronkera inzira imurongora mu kuri.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (88) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት