የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (93) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
وَمَن يَقۡتُلۡ مُؤۡمِنٗا مُّتَعَمِّدٗا فَجَزَآؤُهُۥ جَهَنَّمُ خَٰلِدٗا فِيهَا وَغَضِبَ ٱللَّهُ عَلَيۡهِ وَلَعَنَهُۥ وَأَعَدَّ لَهُۥ عَذَابًا عَظِيمٗا
Uwo wese rero yishe n’ibigira nkana umwemeramana ata kibimurekurira, azohanishwa umuriro wa Jahannamu awubemwo ibihe bidahera [95], ugushavurirwa n’Imana Allah, hamwe rero no kuvumwa akiri kw’isi, vyongeye Imana Allah Yaranamutegekanirije n’ibindi bihano bihambaye.
[95] Kiretse mu gihe yokwigaya ukuri kw’ukwigaya atarapfa, kandi Imana Allah ntizohanisha ibigaba mu bemeramana umuriro wa Jahannamu ngo bawubemwo ibihe bidahera, ariko Izowubahanisha hanyuma ku mpuhwe zayo Iheze Ibatezurire.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (93) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት