የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (96) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
دَرَجَٰتٖ مِّنۡهُ وَمَغۡفِرَةٗ وَرَحۡمَةٗۚ وَكَانَ ٱللَّهُ غَفُورٗا رَّحِيمًا
Iyo ndishi ihambaye, igizwe n’ivyubahiro vyo hejuru bazohabwa mu Bwami bw’ijuru, hakurikijwe urugero rw’icubahiro c’umwe wese mu baja ku rugamba, hiyongeyeko ukugumirizwa akabanga ku vyaha vyabo ntibabihanirwe, hamwe rero no kugirirwa impuhwe n’Imana Allah. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenimbabazi-ntangere ku wigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo baja ku rugamba.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (96) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት