የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (97) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
إِنَّ ٱلَّذِينَ تَوَفَّىٰهُمُ ٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ ظَالِمِيٓ أَنفُسِهِمۡ قَالُواْ فِيمَ كُنتُمۡۖ قَالُواْ كُنَّا مُسۡتَضۡعَفِينَ فِي ٱلۡأَرۡضِۚ قَالُوٓاْ أَلَمۡ تَكُنۡ أَرۡضُ ٱللَّهِ وَٰسِعَةٗ فَتُهَاجِرُواْ فِيهَاۚ فَأُوْلَٰٓئِكَ مَأۡوَىٰهُمۡ جَهَنَّمُۖ وَسَآءَتۡ مَصِيرًا
Mu vy’ukuri, abicwa n’abamalayika, bakaba barirenganije ku kutimukira aho batekanirwa mw’idini, nibazuka, bazobazwa n’abamalayika n’agasuzuguro n’akantu bati: “Mwabayeho gute mw’idini ryanyu?”. Na bo bazokwishura bigovyora bati: “Twari dufise ingoga nke kw’isi, ntitwari dushoboye kwirwanako”. Abamalayika na bo bati: “Mbega isi y’Imana Allah, ntiyari yagutse, ku buryo mwari kwimukira ahandi kw’isi mugaheza mugatekanirwa, mukidegemvya mw’idini ryanyu!”. Abo rero, ni bo ubushikiro bwabo ari mu muriro wa Jahannamu, ni na yo maherezo mabi cane;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (97) ምዕራፍ: ሱረቱ አን-ኒሳዕ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት