የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (12) ምዕራፍ: ሱረቱ ጋፊር
ذَٰلِكُم بِأَنَّهُۥٓ إِذَا دُعِيَ ٱللَّهُ وَحۡدَهُۥ كَفَرۡتُمۡ وَإِن يُشۡرَكۡ بِهِۦ تُؤۡمِنُواْۚ فَٱلۡحُكۡمُ لِلَّهِ ٱلۡعَلِيِّ ٱلۡكَبِيرِ
Bagarariji! Ivyo bihano mubihawe kuko mwararikiwe ukwemera Imana Imwe Rudende Allah, mugaheza mukeza n’ivyo mugira vyose ku bwayo, mukagarariza; n’iyo Ibangikanijwe n’ikindi kintu, mwaraheza mukacemera mukagikurikira. Ingingo yose rero ikwiye kwubahirizwa, ni iy’Imana Allah, Nyenicubahiro-ntangere, Nyenubukuru.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (12) ምዕራፍ: ሱረቱ ጋፊር
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት