የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (43) ምዕራፍ: ሱረቱ ጋፊር
لَا جَرَمَ أَنَّمَا تَدۡعُونَنِيٓ إِلَيۡهِ لَيۡسَ لَهُۥ دَعۡوَةٞ فِي ٱلدُّنۡيَا وَلَا فِي ٱلۡأٓخِرَةِ وَأَنَّ مَرَدَّنَآ إِلَى ٱللَّهِ وَأَنَّ ٱلۡمُسۡرِفِينَ هُمۡ أَصۡحَٰبُ ٱلنَّارِ
Ni ivy’ukuri rero, ko ivyo mundarikira kwemera, bidakwiye kurarikirwa ngo bisengwe, eka ntibinakwiye kwizerwa mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, kuko ata co bishoboye. Nimumenye rero, ko ibiremwa twese tuzosubira ku Mana Allah, kugira Ihembere umwumwe wese ku vyo yakoze; mumenye n’uko, abimonogoje mu bugarariji, bakagenzwa n’ubwononyi bwo gusesa amaraso kw’isi, ari bo bantu bo mu muriro udahera”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (43) ምዕራፍ: ሱረቱ ጋፊር
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት