የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (33) ምዕራፍ: ሱረቱ ፉሲለት
وَمَنۡ أَحۡسَنُ قَوۡلٗا مِّمَّن دَعَآ إِلَى ٱللَّهِ وَعَمِلَ صَٰلِحٗا وَقَالَ إِنَّنِي مِنَ ٱلۡمُسۡلِمِينَ
Nta n’umwe avuga ijambo ryiza rihimbaye, yoza aruta uwurarikira ukwemera no gusenga Imana Imwe Rudende Allah, akanakora n’ivyiza bitegetswe, maze akavuga yemanga ati: “Jewe ni ukuri, ndi mu bislamu bicisha bugufi mu kwubahiriza amabwirizwa y’Imana Allah[4]”.
[4] Iyi Aayah irerekana ikibanza c’iteka c’abamenyi barazwa ishinga n’irarikiramana, bisunze ubumenyi nya bumenyi nk’uko Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yabigenza.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (33) ምዕራፍ: ሱረቱ ፉሲለት
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት