የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (13) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
۞ شَرَعَ لَكُم مِّنَ ٱلدِّينِ مَا وَصَّىٰ بِهِۦ نُوحٗا وَٱلَّذِيٓ أَوۡحَيۡنَآ إِلَيۡكَ وَمَا وَصَّيۡنَا بِهِۦٓ إِبۡرَٰهِيمَ وَمُوسَىٰ وَعِيسَىٰٓۖ أَنۡ أَقِيمُواْ ٱلدِّينَ وَلَا تَتَفَرَّقُواْ فِيهِۚ كَبُرَ عَلَى ٱلۡمُشۡرِكِينَ مَا تَدۡعُوهُمۡ إِلَيۡهِۚ ٱللَّهُ يَجۡتَبِيٓ إِلَيۡهِ مَن يَشَآءُ وَيَهۡدِيٓ إِلَيۡهِ مَن يُنِيبُ
Emwe bantu! Imana Allah Yabashingiye mw’idini ibwirizwa Yategetse Nuhu, akaba ari na ryo dini ry’ubwislamu Twebwe Allah Twaguhishuriye muri Qor’ani Ntumwa y’Imana, Turanariraga Ibrahimu, Musa na Isa[5]; Turanabasaba mwese ko mutsimbataza idini rishingiye ku gusenga Imana Imwe Rudende Allah Itabangikanywa, maze mukaritsimbataza muticamwo imigwi. Irarikiramana ryanyu ryo gusenga Imana Imwe Rudende Allah, riraremera cane ababangikanyamana. Burya Imana Allah, Ihitamwo uwo Ishatse kugira abe Intumwa, Igashoboza kuyumvira uwugaruka kuri Yo akicisha bugufi.
[5] Izo, ni zo Ntumwa z'inararibonye zihambaye, zatewe n’iteka kurusha izindi “Ulu l'Azmi”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (13) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት