የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (29) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
وَمِنۡ ءَايَٰتِهِۦ خَلۡقُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ وَمَا بَثَّ فِيهِمَا مِن دَآبَّةٖۚ وَهُوَ عَلَىٰ جَمۡعِهِمۡ إِذَا يَشَآءُ قَدِيرٞ
Biri no mu vyemezo vyerekana ubushobozi n’ububasha vy’Imana Allah, iremwa ry’amajuru n’isi mu buryo butangaje, hamwe rero n’ibiremwa bigendagenda vy’ubwoko butandukanye, Yakwiragije muri nya majuru n’isi. Ni na Yo rero mu gihe Yoshaka, Ishoboye kuvyegeranya ku musi w’izuka kandi vyaramaze gupfa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (29) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት