የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (33) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
إِن يَشَأۡ يُسۡكِنِ ٱلرِّيحَ فَيَظۡلَلۡنَ رَوَاكِدَ عَلَىٰ ظَهۡرِهِۦٓۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَٰتٖ لِّكُلِّ صَبَّارٖ شَكُورٍ
Mu gihe rero Imana Allah Ituma bugendera mw’ibahari Yoshaka, Yohagarika umuyaga ubusunika, maze bukaguma aho buri, ntibushobore kugenda. Mu vy’ukuri mw’igendera ry’ubwato mw’ibahari n’ihagarara ryabwo mu gihe ata muyaga ubusunitse, ni ukuri harimwo ivyemezo vyerekana ubushobozi n’ububasha vy’Imana Allah, ku wihanganira ivyagezwe kuri we, agakora ivyiza akareka no gucumura mu bugamburutsi nta ngere, ashima inema n’impano vyayo;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (33) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት