የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (38) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
وَٱلَّذِينَ ٱسۡتَجَابُواْ لِرَبِّهِمۡ وَأَقَامُواْ ٱلصَّلَوٰةَ وَأَمۡرُهُمۡ شُورَىٰ بَيۡنَهُمۡ وَمِمَّا رَزَقۡنَٰهُمۡ يُنفِقُونَ
Na barya bumvira Imana yabo Rurema Allah, maze bakayisenga ari Imwe Rudende, bagatsimbataza ku mwanya amasengesho akwije ibisabwa; bashaka gukora ikintu ico ari co cose bakabanza guhanurana hagati yabo; no mu matungo Twabaronkeje baratanga ishikanwa-bwirizwa hamwe n’imperezwa, bagatanga no mu bindi bikorwa vy’igamburukiramana;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (38) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት