የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (47) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
ٱسۡتَجِيبُواْ لِرَبِّكُم مِّن قَبۡلِ أَن يَأۡتِيَ يَوۡمٞ لَّا مَرَدَّ لَهُۥ مِنَ ٱللَّهِۚ مَا لَكُم مِّن مَّلۡجَإٖ يَوۡمَئِذٖ وَمَا لَكُم مِّن نَّكِيرٖ
Bagarariji! Enda rero nyabuna nimwumvire Imana yanyu Rurema Allah, maze muyemere imbere yuko umusi w’izuka ata kizowuhagarika, ushika. Kuri uwo musi rero, nta buhungiro muzoronka bwo guhunga ibihano vy’Imana Allah, eka mbere nta n’aho kwinyegeza muzoronka[8];
[8] Iyi Aayah, iranebagura umuntu asivya ico yokoze uno musi ngo nzogikora ejo; ikanahimiriza umuntu guhurumbira ibikorwa vyiza hakiri kare, kugira ntazokwicuze ata co agishoboye gucungura (kurokora).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (47) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት