የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (6) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
وَٱلَّذِينَ ٱتَّخَذُواْ مِن دُونِهِۦٓ أَوۡلِيَآءَ ٱللَّهُ حَفِيظٌ عَلَيۡهِمۡ وَمَآ أَنتَ عَلَيۡهِم بِوَكِيلٖ
Na barya bigiriye mu gishingo cayo imana zibahagarikira maze bakazisenga, nibamenye ko Imana Allah Ibungabunga ibikorwa vyabo kugira Izobibahanire ku musi w’izuka. Ntumwa y’Imana! Kira noneho, si wewe ujejwe guhagarikira ivyo bakoze ngo uzobibazwe, ahubwo ujejwe gusa kubagabisha ku bihano vyacu;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (6) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት